Uyu yahoze ari umuganwa atarya umunwa ku bibazo bimubakiye azomenyera kuvuga ataho yegamiye nk’Umwami? Source: BBC Gahuza…
u00a92022u00a0Soledad.u00a0All Right Reserved. Designed and Developed byu00a0Penci Design.
Uyu yahoze ari umuganwa atarya umunwa ku bibazo bimubakiye azomenyera kuvuga ataho yegamiye nk’Umwami? Source: BBC Gahuza…
Umwami Charles III yari afise ivyiyumviro vyinshi igihe yava i Balmoral, imbere y’uko asanganirwa n’isinzi ry’abantu ku Kirimba ca Buckingham. Source: BBC Gahuza…
Ibi ni ibyo tuzi bizakurikiraho ku gusezera isanduku y’umugogo w’Umwamikazi kuri rubanda no kumushyingura. Source: BBC Gahuza…
Ku gutanga kwa nyina, Charles ako kanya yahise aba umwami. Source: BBC Gahuza…
Ubwami bwa Elizabeth II bwamaze igihe, bwaranzwe no kwita ku nshingano. Source: BBC Gahuza…
Ku ngoma yiwe, Umwamikazi Elizabeth yagendeye ibihugu birenga 20 vya Afrika, igihe ingoma y’Ubwongereza yarangira, ukwikukira na ko kuriko kurakwiragira kuri uwo mugabane. Source: BBC Gahuza…
u00a92022u00a0Soledad.u00a0All Right Reserved. Designed and Developed byu00a0Penci Design.